5.5 C
New York
Monday, November 29, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports| Saido Ntibazonkiza mu bakinyi 20 bazokina na Tanzania

# Indundi Sports| Saido Ntibazonkiza mu bakinyi 20 bazokina na Tanzania

Icegera c’umumenyereza w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye niwe azojana n’umugwi i Dar es salaam kumvo z’uko Umumenyereza Mukuru Olivier Niyungeko azoba afatiriwe n urubanza rw ‘ ubugeni, akaba yaraye ashize ahabona abakinyi 20 b’intamba mu rugamba bazotana mu mitwe na Tanzania Ku musi w’imana igenekerezo rya 11 Gitugutu 2020, isaha icenda 15h00 za hano iwacu Ku kibuga citiriwe Mukapa.

Saido Ntibazonkiza , murumunawe Steeve Nzigamasabo hamwe na Nimubona Emery Kadogo bigeze gufatirwa ibihano na FFB kumvo zo kwitwara nabi mu mwaka wa 2014 munyuma bakagirirwa ikigongwe muri kino gihe bakaba basubiye gutumwako mu muwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba .

Aba nibo bakinyi 20 bazotana mu mitwe na Tanzania :

1.Nahimana Jonathan (Namungo Fc Tanzania )

2.Rukundo Onesime (Messager Ngozi Burundi )

3.Nsabiyumva Frédéric
(Chipa united South africa)

4.Ndizeye Eric (Musongati Fc Burundi )

5.Hakizimana Issa (Flambeau du centre Burundi )

6.Nzeyimana Philip ( akademisk Danemark)

7.Nimubona Emery (Musongati Fc Burundi )

8.Ndikumana Asman (Aigle Noir Burundi )

9.Ngabonziza Blanchard (Aigle Noir Sc Burundi )

10.Mugisha Josue Alberto (Musongati Fc Burundi )

11.Urasenga Cédric Kagabo
(Messager Ngozi Burundi )

12.Ndayishimiye Yussuf (Yeni- Malatya Sport Turquia)

13.Nzigamasabo Steve
(Namungo Fc Tanzania)

14.Ntibazonkiza Saidi

15.Bimenyimana Bonfils Caleb ( FK Pohronie Slovakie )

16.Saido Berahino ( zulte weregem Belgique)

17.Fiston Abdoul Razzak (NPPI Egypte)

18.Cédric Amissi
( Al – Taawoun Arabia Saudite)

19.Amissi Mohamed ( Heracles Almelo Holland)

20.Bigirimana Blaise ( Namungo Tanzania)

‘ #Staff_Technique ‘

21. Ndizeye Jimmy, umumenyereza mukuru

22. Bipfubusa Joslin, icegera c’umumenyereza

23. Amidou Hassan , umumenyereza w’abanyegori

24. Rubanganya Jean-Paul, umuganga

Kurikirana ikiganico c’umumenyereza w’intamba mu rugamba aha musi

- Advertisment -

Must Read

Preeze ngo yahebeye abandi muri Platform show awards 2021

0
Preeze ari mu gitigiri c’abaririmvyi bari bashizwe mw’ihiganwa rya Platformshowawards 2021 mu gice ca Hip Hop/Rap, ariko yasavye gukurwa muri iryo higanwa. Akoresheje urubuga rwiwe...