5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Uwahabwa umwanya muto wo gukina muri Musongati niwe...

# Indundi Sports | Uwahabwa umwanya muto wo gukina muri Musongati niwe afise ibitsindo vyinshi

Bamwita Irakoze Saidi batazira Desayi akaba ari umusatirizi w’umugwi Kayanza United.

Irakoze mu nkino 5 za Primus league amaze gukina amaze kwinjiza ibitsindo 4 , mugihe mu mwaka uheze akinira umugwi Musongati Fc atahabwa umwanya ukwiye wo gukina .

Akaba abarizwe mu rutonde rw’ abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi.

1.Irakoze Saidi (Kayanza United) 4 buts
2.Pascal Ramadhan(Olympic Star) 3 buts
–Shaka Tresor (Vitalo) 3buts
-Irakoze Hugues (Inter Star) 3buts
-Nzojibwami John Franck (Aigle Noir CS) 3 buts
-Nshimirimana Darcy (Royal FC) 3 buts

-Murutabose Hemedy(inter star)3but

7.selemani Halidi (Musongati) 2buts
-Nizigiyimana Ismail(Messager Ngozi)2buts
-Nibikora Arthur (Messager Ngozi)2buts
-Urasenga cedric Danny (Messager Ngozi) 2buts
-Kwizera Eric (Olympic Star) 2 buts
-Rukundo therence (Kayanza United) 2 buts
-Barirengako Franck (Buja city) 2buts
-Ndikumana Landry(Rukinzo) 2 buts
-Rukundo Benjamin (Flambeau du centre) 2buts
-David Sinibagiye(BS Dynamic) 2 buts
-Bizimana Hamissi (Rukinzo) 2 buts
-Irakoze Amissi Leon (Musongati) 2 buts
-Ndakwizeye Bienvenu(Atletico Academy) 2 buts
– Nintunze Audace (les Elephants) 2buts..
-Lazar Ndabitezimana(Buja city) 2 buts
22.Sudi shabani(Atletico Academy)2buts

Abasigaye bafise igitsindo kimw kimwe ni 39.

 

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...