#diaspora|Basaba abarundi baba muri Tanzania kuza gushigikira Intamba mu rugamba
Uburongozi bwa Diaspora y 'Uburundi bubicishe ku ndongozi yabwo Japhet Legentil bakangurira abarundi baba muri Tanzania gusidukana n'iyonka bakaza gushigikira umurwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba.…