5.5 C
New York
Sunday, January 17, 2021
Home Burundi # Indundi Sports| Saido Berahino na Caleb bamaze gusesekara I Dar es...

# Indundi Sports| Saido Berahino na Caleb bamaze gusesekara I Dar es salaam

Mu gatondo co kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 08 Gitugu 2020, niho abakinyi babiri baba satirizi b’intamba mu rugamba aribo Saido Berahino hamwe na Bimenyimana Caleb bashika I Dar es Salaam mu ntumbero yo kwitabira urukino rwa kivandimwe ruzohuza Tanzania.

Urwo rukino ruzobera  Ku kibuga citiriwe Mkapa isaha icenda 15h00 mu masaha y’ibijumbura.

Abakinyi batarashika ni Nsabiyumva Fréderic akinira Chipa United yo muri Africa y’epfo , Mohammed Amiss akinira Heracles Almelo hamwe Cédric Amiss yari akiri I Bujumbura abo bose baza gusesekara mu gisagara ca dar es Salaam kuri uno wa Kane .

Mwomenya y’uko Fiston abdoulrazaq atashoboye kwitabira urwo rukino bivanye n’uko Umugwi NPPI wamwankiye kwitaba urwo rukino kumvo zitaramenyekana.

 

Must Read

Diamond ngo yari umwana w’umuzanano, bishoboka ko arico gituma atafashije uwo...

0
  Bwabundi ngo Diamond Platnumz n’umwana w’umuzanano, ngo s’uwa Mzee Abdoul Juma yarasanzwe azwi ko ariwe se amuvyara. Iyo ikaba ariyo nkuru igezweho muri ino...