5.5 C
New York
Monday, January 18, 2021
Home Burundi Abamenyereza ba tennis bariko barahugurwa

Abamenyereza ba tennis bariko barahugurwa

Kuva kw’igenekerezo rya 1 gushika kurya 4 Gitugutu hano i Bujumbura ku kibuga ca Entente Sportive haratunganijwe  ivyirwa vya tennis .

ivyo vyirwa bigatangwa n’umuhinga mw’ishirahamwe mpuzamakungu rya tennis Assani Murisho .

Bamwe mu bamenyereza bahurikiye mw’ishirahamwe ry’urukino rwa tennis mu Burundi barize ibitari bike ku mfashanyo ya Solidarité Olympique.

Nayo kw’igenekerezo rya 08 Gitugutu Assani Murisho atagekanya gutanga ivyirwa mu ntara ya Gitega .

Mwomenyako Assani Murisho ariwe yaramuye abakinyi bakomeye nka Sada , Aisha , Orly n’abandi .

Must Read

Urwevu: Intambamyi yawe ni wewe nyene: Akica urugo karuvamwo!

0
Mu rwevu, ikinyamakuru canyu caciye harimwo ibinyuranye, yamara na cane cane rukaba rugamije kurondera imizi y'inzitizi zose zituma umuntu atagera ku mataba y'imisozi imuri...