5.5 C
New York
Saturday, October 23, 2021
HomeBurundiBa kaboko ngo bagiye gufatirwa ibihano ruhasha

Ba kaboko ngo bagiye gufatirwa ibihano ruhasha

Ibituro vy’ibitoro 7 kuri 31  biri mu gisagara ca Bujumbura ngo bitanga igitoro kidakwiye.

Ivyo ni ibiri mw’itangazo umuyobozi ajejwe ibitoro mu bushikiranganji bw’ubutare n’agataka yasohoye ku muhingamo wo kuri uyu wa gatanu.

Daniel Mpitabakana abivuze inyuma y’urugendo rwakozwe kuri ivyo bituro ku magenekerezo ya 6 na 7 uku kwezi kwa Gitugutu. Uwo muyobozi yemeza ko yaciye ahanisha ihadabu ba nyene ivyo bituro yongera agenda agabishije abafise agatima ko kwiba abanyagihugu ko bagiye kuzobafatira ibihano ruhasha.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Abarundi 4 bazohagarikira urukino rwa CAF Confederation...

0
  Abahagarikizi mpuzamakungu b’abarundi babandanya bizerwa na CAF kugira bazohore bahagarikira inkino za CAF Champions League canke CAF Confederation Cup. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya...