BurundiDevelopmenthomepagekirundiPolitique

Impanuro umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye abanyakayanza

Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 10 Gitugutu 2020, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yari yateye iteka ibirori vy’ukwugurura ingoro nshasha y’umugambwe CNDD-FDD yubatswe n’abanyakayanza ku murwa mukuru w’intara ya Kayanza.

Perezida Ndayishimiye yagize ati : “Dukore Twese, Dukorere mu runani twunguruzanye, Dufatane amaboko, abateye imbere bunguruze abakiri inyuma, dukundane dukorere hamwe,  ntawutungira mu boro, turi kumwe twese birashoboka.”

Izo mpanuro Evariste Ndayishimiye yazishikirije abari aho ahejeje kwugurura iyo ngoro y’umugambwe CNDD-FDD igeretse gatatu.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 55