5.5 C
New York
Monday, January 25, 2021
Home abakinyi bakina hanze Ibirorori vyaranze ubugeni bwa Mutombola umumenyereza w'intamba

Ibirorori vyaranze ubugeni bwa Mutombola umumenyereza w’intamba

Urubanza ruba rumwe rukamara zibiri, kwa Alain Olivier Niyungeko umumenyereza w ‘intamba mu Rugamba we zabaye umurengera.

Kuri Mutombola ngo uwutaje niwe yihombeye kuko we yari yaganuye.

Aho hakaba hari kw’ igenekerezo rya 10 gitugutu aho umumenyereza w Intamba mu rugamba Olivier Mutombora yari yaramukanye ibiriri bidasanzwe vy’ukwerekana umugeni wiwe, akagirako abatiza ikibondo Imana iheruka ku muhezagiza, vyaherekejwe n ‘Isabukuru y imyaka 50  y’amavuko yiwe.

Tukaba atavyishi tuza kuvuga narirya we nyene yamenyesheje ko uwuyaje yihombeye. Indundi Sport ikaza kubereka mu ncamake amashusho yaranze ivyo birori ndetse n’abakunzi b’ama sanamu video mukaza kuyaronswa muciye ku rubuga ngurukana Bumenyi You tube Indundi Tv.

Uwu mwambaro w ‘ikirundi ntiworoshe kwambara

 

 

ikibanza cabereyemwo ibirori

 

Bmuri Ozone ibirahuri bijamwo serviettes abashitsi bageze kw ‘irembo

Ambassador w Ubudagi nawe yari yaje gushigikira Mutombola
Ambassador w Ubudagi nawe yari yaje gushigikira Mutombola

Club Ihunja

Mwomenyako Intamba mu Rugamba zitashoboye kwitabira ivyo biroriri ku  mvo z’urukino rwo kuri uwu w Imana ruzihuza na Tanzania.

Must Read

Platini ngo aronse ah’aca Shaddy Boo Ubwiza bwiwe ntiyobwitesha

0
  Platini yigeze kuba ari muri Dream Boys ngo ntaho yohera yanka kugiriranira imigenderanire y’urukundo na Shadia benshi bazi nka Shaddy Boo. Ivyo akaba aheruka...