5.5 C
New York
Monday, January 25, 2021
Home Burundi Ubuzi burenga 1100 bwaratanzwe nayo imitahe yababa imiriyaridi 2 iregeranywa

Ubuzi burenga 1100 bwaratanzwe nayo imitahe yababa imiriyaridi 2 iregeranywa

Amafaranga y’amarundi yababa imiriyaridi 2 niyo mitahe yashizwe hamwe n’abanywanyi b’amakoperative kuva mu kwezi kwa Ntwarante gushika mu mpera z’ukwezi kwa Ruheshi uyu mwaka turimwo w’2020.

Umuyobozi mukuru w’ikigo kijejwe gukurikirana ibikorwa vy’amashirahamwe n’amakoperative yabimenyesheje kuri uno wa gatanu, igenekerezo rya 16 Gitugutu 2020 mu gihe yariko arashikiriza ivyaranguwe n’ico kigo mu mwaka w’2019 ushira uw’2020.

Ubuzi burenga 1100 ngo bwaratanzwe. Bamwe bakabona ko ibikenewe gukorwa bikiri vyinshi nko guhuza ama banki n’abari mu makoperative.

Must Read

Platini ngo aronse ah’aca Shaddy Boo Ubwiza bwiwe ntiyobwitesha

0
  Platini yigeze kuba ari muri Dream Boys ngo ntaho yohera yanka kugiriranira imigenderanire y’urukundo na Shadia benshi bazi nka Shaddy Boo. Ivyo akaba aheruka...