HomeBurundiMutaho: Imigambi 2 iherutse gushirwaho igiye gutuma ubworozi butera imbere

Mutaho: Imigambi 2 iherutse gushirwaho igiye gutuma ubworozi butera imbere

Umugambi w’uko umwana wese wo muri komine Mutaho intara ya Gitega, yotunga n’imiburiburi urukwavu rumwe hamwe n’uwo gutera ubwatsi bw’ibutungwa ku mabarabara yose ari muri iyo komine, ngo biri mu bizotuma igisata c’ubworozi gikomera, hakaba n’akarusho mu gukingira ibidukikije.

Musitanteri w’iyo komine atanga aya amakuru, asigura ko bizonafasha kugwanya indwara zo gufungura nabi vyongere bisahirize mu butunzi ngo kuko rumwe rushobora kugurwa amafaranga arenga ibihumbi umunani vy’amarundi.

Abanyagihugu b’aho n’abo nyene bavuga ko iyo migambi hamwe n’iyindi bamaze kubabwirwa babona ko izobagirira akamaro.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Rukiya Bizimana mu rutonde rw’abakinyi bahiganirwa agashimwe...

0
  Umukinyi w’intamba mu rugamba z’abigeme Bizimana Rukiya yashizwe mu rutonde rw’abakinyi 10 bakiri bato  bahiganirwa agashimwe k’umukinyi yavyitwayemwo neza gusumba abandi mu nkino zo...