Home# Indundi Sports | Saido Berahino yahumye mu Bubirigi
Array

# Indundi Sports | Saido Berahino yahumye mu Bubirigi

Kuri uyu w’Imana Igenekerezo rya 18 Gitugutu 2020 , niho ihiganwa ryo mu Bubirigi Jupiler Pro ryabandanije kundwi yaryo igira 9.

Umugwi mushasha ukinamwo Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino Sporting Charleroi wari wakiriwe n’umugwi Genk birangira Genk yirahiye Charleroi ibitsindo 2-1.

Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino yaraye akinye urukino rwiwe rwa mbere mu mugwi Mushasha Sporting Charleroi yongera arawuteturura mu kuwunjiriza igitsindo Kimwe Ku munota wa 47 w’urukino

Saido Berahino akaba yaciye akwiza ibitsindo 3 muri iryo higanwa rya Jupiler Pro.

 

- Advertisment -

Must Read

L’autorisation spéciale accordée aux musulmans est soumise aux conditions sévères contre...

0
Dans une conférence de presse animée par le Directeur Général de l’elevage, ce mercredi 6 juillet 2022 à Bujumbura, la question de la dérogation...