5.5 C
New York
Friday, January 22, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | PLB: Olympic Star yanse kurekura ikibanza ca mbere

# Indundi Sports | PLB: Olympic Star yanse kurekura ikibanza ca mbere

 

Mu mpera z’indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league ryari ryabandanije kundwi igira 7 .

Umugwi Olympic Star wanse kurekura ikibanza ca mbere naho wanganije na Athletic academy .

Uko Niko imigwi yatsindanye :

– Muzinga Fc yanyagiwe na Flambeau du centre ibitsondo 4-0

– Vital’o Fc itsinda Kayanza United ibitsindo 2-1

– Inter Star yatsinse Royal Fc ibitsindo 2-1

– Athletic academy yanganije na Olympic Star ibitsindo 2-2

– BS Dynamik yatsinzwe na Rukinzo Fc ibitsindo 2-1

– Messager Ngozi yatsinze Les Elephants ibitsindo 2-1

– Musongati Fc yanganije na Bumamuru Fc ibitsindo 2-2

– Bujumbura city yatsinzwe na Aigle Noire ibitsindo 4-2

Uko niko imigwi isumba sumbana amanota:

1) Olympic star ufise amanota 16, ibitsindo 8 (+8)

2) Buja City 15(+5)

3) Aigle Noir 13(+3)

4) Musongati Fc 12(+3)

5) Flambeau du centre 11(+6)

6) Inter star 11(+2)

7) Rukinzo Fc 11 (+2)

8) Messager Ngozi 10 (-2)

9) Kayanza United 9 (+1)

10) BS Dynamik 8 (-1)

11) Les Éléphants Fc 8 (-2)

12) Athletico academy 8 (-4)

13) Royal Fc 7 (-3)

14) #Vital_o_Fc 6 (-6)

15) #Bumamuru_Fc 5 (-5)

16) #Muzinga_Fc 5 (-7)

Must Read

Ingingo yo kwugara imbibe zo hasi no mu mazi bo ngo...

0
Abarundi barenga 1000 bahunguka nibo bamaze kwakirwa kuva ino ndwi itanguye bavuye mu gihugu c'Urwanda na Tanzaniya. Ivyo bitigiri bitangwa n’umuvugizi w'ubushikiranganji bw'intwaro yo...