Burundihomepagekirundisecuritysociete

Ahamagarira abanyagihugu kwiyubara

Abantu 17 bagirizwa ubusuma n’ubundi bugizi bwa nabi  butandukanye harimwo kudandaza ibiyayuramutwe hamwe n’ubwicanyi berekanywe n’igiporisi kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 27 Gitugutu 2020.

Pierre Nkurikiye avugira ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati, iterambere rusangi n’umutekano, atera akamo abanyagihugu kwiyubara muri iki gihe ngo hibonekeza igwirirana ry’abasuma biba bakoresheje urwenge.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 58