5.5 C
New York
Saturday, July 24, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# indundi| Aba nibo bakinyi 10 bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi muri...

# indundi| Aba nibo bakinyi 10 bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi muri Pimus league

Mugihe indwi igira 7 ya Primus league yaraye irangiye ku magenekerezo ya 23,24na 25 Gitugutu(10) abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi bamaze kumenyekana.

Urutonde rwabo akaba ari uru rukurikira:

1) Nzojimwami Franck ( Aigle Noire) 5
2) Pascal Ramazani ( Olympic star ) 5
3) Irakoze Saidi ( Kayanza United) 4
4) Ininahazwe Hugues ( Inter Star) 4
5) Murutabose Hemedi ( Inter Star) 4
6) Barirengako Franck ( Buja city) 4
7) Nzeyimana Jimmy ( Buja city)
8) Nshimirimana Jospin( AigleNoire) 4
9) Shaka Tresor ( Vital’o Fc) 3
10) Nshimirimana Darcy ( Royal Fc) 3

- Advertisment -

Must Read

Kurabira hamwe uko amafaranga ya Reta ariko arakoreshwa ni kimwe mu...

0
Kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 22 Mukakaro 2021 hatangujwe i Gitega ku murwa mukuru wa poritike umwihwezo w’abagize Reta y’Uburundi. Uwo mwiherero uzomara imisi...