HomeBurundiIbibanza vy’iratiro ngo bigiye guhabwa ibikoresho bikwiye

Ibibanza vy’iratiro ngo bigiye guhabwa ibikoresho bikwiye

Ibibanza vy’iratiro mu Burundi bigiye guhabwa ibikoresho bikwiye mu ntumbero yo guteza imbere igisata c’ingenzi.

Umushikaranganji ajejwe ingenzi yabishikirije kuri uyu wa gatanu i Gishora muri komine Giheta mu ntara ya Gitega. Hari mu birori vyo  guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe ingenzi, usanzwe uhimbazwa igenekerezo rya 27 Nyakanga uko umwaka utashe.

Immaculée Ndabaneze abona ko ibice 20 kw’ijana vy’ubutunzi bw’igihugu vyova muri ico gisata.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Rukiya Bizimana mu rutonde rw’abakinyi bahiganirwa agashimwe...

0
  Umukinyi w’intamba mu rugamba z’abigeme Bizimana Rukiya yashizwe mu rutonde rw’abakinyi 10 bakiri bato  bahiganirwa agashimwe k’umukinyi yavyitwayemwo neza gusumba abandi mu nkino zo...