5.5 C
New York
Wednesday, January 20, 2021
Home abakinyi bakina hanze Vital’o Fc ibandanya yitwara neza nayo Olympic Star yagumye mu kibanza...

Vital’o Fc ibandanya yitwara neza nayo Olympic Star yagumye mu kibanza ca mbere

 


Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 gitugu 2020 ihiganwa rya Primus league ryabandanije ku ndwi yaryo ya 8. Vital’o Fc yasubiye gutsinda urukino rugira kabiri yikurikiranije, nayo Olympic Star itsindwa na Aigle Noire mu rukino rwa mbere rwa Primus league.

Uku niko imigwi yatsindanye :

Athletico Academy yatsinze Musongati Fc igitsindo 1-0

Flambeau du Centre I gitega inganya na Olympic Star igitsindo 1-1

– Les Elephants itsindwa na Vital’o ibitsindo 2-1

– Aigle Noire itsindwa na Royal Fc ibitsindo 2-1

– Kayy United yanganije na Messager Ngozi igitsindo 1-1

kuie uyu w’ Imana igenekerezo rya 01 Munyonyo 2020 , ihiganwa rizobandanya ku migwi itakinye

– Bamamuru izokwakira Inter Star I buganda ku kibuga c’urunani isaha icenda 15h00

– Rukinzo Fc izokwakira Buja city ku kibuga c’intwari isaha icenda 15h00

 

Must Read

Kigali yasubijwe muri Gumamu rugo ( Lockdown )

0
  Guhera kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 19/1, Kigali yose yasubiye kandi muri Guma mu rugo, intandaro n’ibitigiri bibandanya biba vyinshi vy’abagwaye COVID-19 bibandanya...