5.5 C
New York
Tuesday, May 18, 2021
Home Burundi Ubusumbasumbane bw’imishahara mu bakozi ba Reta bugiye gukurwaho

Ubusumbasumbane bw’imishahara mu bakozi ba Reta bugiye gukurwaho

Abakozi barenga mirongo ibiri b’abanyamahanga  bakora mu mashirahamwe arenga ijana na mirongo ibiri nibo vyabonetse ko bakora batagira impusha  mu bushikiranganji bw’abakozi n’akazi.

Umushikiranganji aburongoye Domine Banyankimbona yabimenyesheje kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 30 Gitugutu 2020 aho yariko arashikiriza ivyaranguwe mu bushikiranganji arongoye mu mezi atatu ya mbere y’umwaka w’2020 ushira uw’2021.

Domine Banyankimbona yamenyesheje kandi ko inama nshikiranganji yemeje integuro y’ubuhinga y’umugambi wo gukuraho ubusumbasumbane  bw’imishahara mu bakozi ba Reta.

Must Read

Basket : Les amis yatwaye igikombe ica ikatisha itike mu cicaro...

0
Kuri uyu w'Imana niho mw'ishirahamwe rya basket ball mu gisagara ca Bujumbura hasozerewe ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri , urukino rwasozereye iryo higanwa...