5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze#Indundi Sports | Aba nibo bakinyi bafise ibitsindo vyinshi muri Primus league

#Indundi Sports | Aba nibo bakinyi bafise ibitsindo vyinshi muri Primus league

Inyuma y’aho indwi ya 8 ya Primus league irangiriye , abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi bamaze kumenyekana, akaba ari aba bakurikira:

1) Kasongo Benjamin ( Rukinzo Fc 6)
2) Nzojibwami John Franck ( Aigle Noir CS 5)
3) Pascal Ramazani ( Olympic Star 5)
4). Nshimirimana Jospin ( Aigle Noir 5 )
5) Shaka Tresor ( Vital’o Fc 5)
6) Nshimirimana Darcy ( Royal fc 5)
7) Ininahazwe Hugues ( Inter Star 4)
8) Irakoze Saidi ( Kayanza United 4)
9) Murutabose Hemedy ( Inter Star 4)
10) Barirengako Franck ( Buja city 4)
11) Nzeyimana Jimmy ( Buja city 4)
12) Lazar Ndabitezimana ( Buja City 4)
13)Sudi Shabani ( Athletico Academy 3)
14) Uransenga Dany Cedric Kagabo ( Messager Ngozi 3)
15) Tuyihimbaze Gilbert Bibe ( Flambeau du Centre 3) hamwe na
16) Ndakwizeye Bienvenue ( Athletico Olympic 3)

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...