5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeBreaking News : Jimmy Ndayizeye niwe yagenywe kuba umumenyereza mukuru w’intamba mu...

Breaking News : Jimmy Ndayizeye niwe yagenywe kuba umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba

Mw’ikete ryashizweko umukono n’uwusanzwe atwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi  FFB Honorable Révérien Ndikuriyo ryagenye  Djimmy Ndayizeye nk’umumenyereza mukuru agiye kumenyereza inkino zibiri zigiye guhuza Uburundi na Mauritania ku magenekerezo ya 11 na 15 Munyonyo.

Abamenyereza akaba ari aba bakurikira :

1) Umumenyereza mukuru : Jimmy Ndayizeye

2) Ivyegera vyiwe :

– Alain Olivier Niyungeko

– Bipfubusa Joslin
– Jumainw Aruna

3) Umumenyereza w’abanyegori : Amidou Hassan

Mwomenya y’uko Uburundi bumaze gutsindwa inkino zibiri mw’itsinda burimwo, bukaramuka bwitwaye neza mu nkino zibiri icizere coba kihari co kwitabira inkino za nyuma za CAN 2021 muri Cameroun.

 

 

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...