5.5 C
New York
Tuesday, May 11, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 26 ba Mauritania bazotana mu mitwe...

# Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 26 ba Mauritania bazotana mu mitwe n’intamba mu rugamba

 

 

Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu wa Mauritania Corentin Martin yaraye ashize ahabona abakinyi 26 bagiye gutana mu mitwe n’Intamba mu rugamba mu nkino zindwi ya 3 niya 4 zo kurondera itike yo gukurakuranamwo yo kurondera itike rya CAN 2021.

muri abo bakinyi yahamagaye harimwo 9 bakina muri Mauritania 17 bakaba bakina hanze y’igihugu .

aba nibo bakinyi 26 bazotana mu mitwe n’Ubuundi :

abanyegori :

1) Namori Diaw ( Fc Tevragh – Zeina)
2) Babacar Diop ( As Police )
3) M’ Backé N’Diaye ( Nouakchott King’s)

Abakinyi b’inyuma :

4) Abdoul BA ( AJ Auxerre / France )
5) Bakari N’diaye ( Difaa Hassani D’el Jafida / Maroc)
6) Diadié Sounkhasso DIARRA ( Canet RFC / France )
7) Oumar Mangane ( Fc Nouadhibu )
8) Harouna Abou Demba SY ( Grenoble Foot 38/ France )
9) El Mostapha DIaW ( FC Nouadhibou)
10) Ally Abeid ( Valenciennes Fc / France )
11) Houssen Abderrahmane ( RWD Molenbeek / Belgique )
12) Lemraboot El Hacen ( Fc Nouadhibu )

abakina hagati :
——————-
13) El Hacen El ID ( CD Lugo / Espagne )
14) Ibréhima Coulibaly ( Le Mans Fc / France )
15) Mohamed Dellag Yaly ( Fc Tevragh – Zeina)
16) Amlike Moussa N’diaye ( Fc Vaulx -en – Velin/ France )
17) Yacoub Sidi Ethmane ( As Vita Club /RD Congo)
18) Abdallaho Mahmoud ( Deportivo Alavés / Espagne )
19) Alassane Diop ( Al -Oroubah / Oman)
20) Abdoulaye Gaye ( Al – Rustaq Fc/ Oman

abasatirizi:

21) Adama BA ( RS Berkane / Maroc )
22) Ismail Diakité ( Al- Shamal SC/ Qatar)
23) Amadou Niass ( Entag El Harby/ Egypt )
24) Khalil Moulaye Ahmed Bessam ( Fc Nouadhibou)
25) Hemeye Tanjy ( Fc Nouadhibu)
26) Idrissa Thiam ( Cádiz CF / Espagne)

 

Must Read

Imyaka 40 irarumanye umwami wa Raggae yitavye Imana

0
Hari kuwa 11 Rusama 1981 aho umwami wa Raggae Robert Nesta Marley yarazwi cane nka Bob Marley yitaba umuremyi asiga mu gahinda abakunzi b’ibikorwa...