5.5 C
New York
Sunday, January 24, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Mu rutonde rw’abakinyi 25 b’intamba bagiye kwerekeza i...

# Indundi Sports | Mu rutonde rw’abakinyi 25 b’intamba bagiye kwerekeza i Mauritania Mo Amiss ntarimwo

 

 

 

 

Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye ahejeje gushira ahabona abakinyi 25 agiye gutwara muri Mauritania mu ntumbero yo gukina urukino rwo kurondera itike yo gukina CAN 2021 rugiye guhuza Uburundi na Mauritania.

Muri urwi rutonde umukinyi Mohammed Amissi ntarimwo bivanye n’uko yari amaze imisi arwaye ingwara ya Covid -19 ivyatumye mu kato ka wenyene ( quarantine).

Uwo mukinyi akaba yasubirijwe na Amissi Coutunho asanzwe akinira Umugwi Rukinzo Fc .

Aba nibo bakinyi 25 bagiye kwerekeza i Mauritania:

 

Abanyegori:

1.NAHIMANA Jonnathan(Namungo FC/Tanzania).
2.RUKUNDO Onesime(Messager Ngozo FC/Burundi_)
3.NDIKUMANA Justin(Bandari FC/Kenya)

abakina inyuma :

1.NSABIYUMVA Fréderick(Chippa United/South Africa).
2.NDIZEYE Eric(Musongati FC/Burundi).
3.HAKIZIMANA Issa(Flembeau du Centre/Burundi)
4.NZEYIMANA Philip(Akademisk Boldclub/Denmark)
5.NIMUBONA Emery(Musongati FC/Burundi).
6.Marco WEYMANS(Ostersund FK/Sued)
7.NDIKUMANA Assuman(Aigle Noir/Burundi)

abakina hagati:

1.NDUWARUGIRA Christophe(Leixoes SC/Portugal)
2.NGABONZIZA Blanchard(Aigle Noir/Burundi)
3.MUGISHA Josué Alberto(Musongati/Burundi)
4.URASENGA Dany Cedric(Messager Ngozi/Burundi).
5.NDAYISHIMIYE Yusuf(Malatyaspor/Turqy)
6.NZIGAMASABO Steve(Namungo/Tanzania)
7.BIGIRIMANA Gaël(Glentoran FC/North Irland)

Abasatirizi:

1.NTIBAZONKIZA Saidi(Yanga/Tanzania)
2.BIMENYIMANA Caleb(FK Pohronie/Slovakia)
3.BERAHINO Saido(Sporting Charloi/Belgium)
4.Fiston ABDULAZAK(ENPPI/Egypt)
5.AMISSI Coutinho ( Rukinzo Fc / Burundi )
6.AMISSI Cedrick(Al Tawoun/Saoud Arabia)
7.BIGIRIMANA Blaise(Namungo/Tanzania)
8.NSHIMIRIMANA Jospin(Aigle Noir/Burundi)

 

Must Read

Fiston Abdoulrazaq yavuze icatumye aja gukinira Yanga Africans amezi 6

0
Inyuma yo gushira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Yang Africans wo muri Dar es salaam mu kiringo c’amezi 6 Fiston Abdoulrazaq yashize ahabona...