5.5 C
New York
Sunday, October 24, 2021
HomeBurundiBreaking News: Ng’Iyi impamvu Berry Music atakibonetse muri Final na MISS NGOMA

Breaking News: Ng’Iyi impamvu Berry Music atakibonetse muri Final na MISS NGOMA

Inyuma y’uko Kw’igenekerezo rya 8 MUNYONYO 2020 Umuririmvyi Berry Music aburiye umuvyeyi wiwe ariwe se amuvyara abenshi bagumye bibaza Nimba Uwo muririmvyi azoboneka mubikorwa vy’Umuziki na canecane mu giteramo yokoreye mu ntara ya Gitega citiriwe Miss Ngoma

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram yashizeko ano majambo aho yanditse agira ati:

“Hello everybody, Nagira mfate kano kanya nsabe imbabazi abakunzi banje bari banyiteze I GITEGA kwifadikanya nabo muri Miss Ngoma,
Singishoboye kuza kwifadikanya namwe mur’ivyo birori”

Aho yaciye ahereza kw’ijambo rigira ati:

“MUNYIHANGANIRE CANE”

Aho tworangiza tubibutsa ko Berry Music yari yitezwe ku mugwa mukuru wa Poritike i gitega itariki 13 MUNYONYO Uyu mwaka nyene turimwo

Bandanya muhimbarwa na MELANA Version Live Music by Kolly Tha Magic
👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ni igiki coba catumye Ferouz Haruna asubirira...

0
Haciye imisi uwahora ari umumenyereza mukuru wa Flambeau de l’Est Kabera Christian batazira Morinho yirukanwe muri uwo mugwi . Amakuru yashikiriye Indundi Sports ariko ataremezwa...