5.5 C
New York
Tuesday, January 19, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports| Breking News : Ibiciro vyo kwinjira mu kibuga mu...

# Indundi Sports| Breking News : Ibiciro vyo kwinjira mu kibuga mu rukino rw’intamba na Mauritania vyamenyekanye

 

 

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB rihejeje gushira ahabona ibiciro vyo kwinjira mu rukino rwo gusubiriza rw’intamba mu rugamba na Mauritania rwo ku musi w’Imana igenekerezo rya 15 Munyonyo isaha icenda 15h00 ku kibuga citiriwe Intwari.

Ibiciro bikaba bimeze uku gukurikira :

– Ku mpande z’ikibuga bita Pourtour : 5000fb

– Ubwugamo A na D : 20000fb

– Ubwugamo B na C: 500000fb

– Ubwugamo bw’iteka bita VVIP: 500 0000fb

Ama ticket yose akaba azodandarizwa ku bibanza bikurikira :

1. Zone Buyenzi
2. Gare Du Nord Stadion Engen
3. Palais Des arts Bujumbura

Amaticke akazotangura kugurishwa mu gatondo ko kumusi w’urukino kuva isaha Zibiri zo mugitondo 8h00.

NB: Umuntu wese asabwa kuza yitwaje agafukamunwa

Must Read

Umurundi Didier Touya agiye gukinira umugwi wa Mbeya City wo muri...

0
Umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania wamaze kugura umukinyi w‘umusatirizi w’umurundi Dider Touya yigeze gukinira umugwi LLBS4A. Didier Touya akaba agiye...