5.5 C
New York
Sunday, October 24, 2021
HomeDiasporaDiaspora: Yaraye aronse ipete rya Major muri Reta zunzubumwe za Amerika

Diaspora: Yaraye aronse ipete rya Major muri Reta zunzubumwe za Amerika

Umurundi aba muri Reta zunzubumwe za Amerika neza na neza muri Reta ya Arizona mu gisagara ca Phoenix azwi ku mazina ya Yves Ngenzirabona yaraye aronse ipete rya “Major”.

Major Yves Ngenzirabona yari azwi cane mu murwi w’umupira w’amaguru w’abarundi baba Arizona GLM soccer.

Indundi Magazine irakeje uwo mwubahwa, abavyeyi n’igihugu camwibarutse.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ni igiki coba catumye Ferouz Haruna asubirira...

0
Haciye imisi uwahora ari umumenyereza mukuru wa Flambeau de l’Est Kabera Christian batazira Morinho yirukanwe muri uwo mugwi . Amakuru yashikiriye Indundi Sports ariko ataremezwa...