# Indundi Sports | PLB: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 10

0
1055

 

kuva ku musi wa kabiri igenekerezo rya 17 no kuwa Gatatu igenekerezo rya 18 Kigarama 2020, ihiganwa rya Primus league ryarabandanijr kundwi yaryo ya 10.

uku niko imigwi yatsindanye :

– Athletico Academy yanganije na Royal Fc igitsindo 1-1

– Buja City itsindwa na Bs Dynamik igitsindo 1-0

– Les Elephants yatsinzwe na Inter Star s ibitsindo 2-1

– Kayanza United itsinda Rukinzo Fc igitsindo 1-0

– Olympic Star yatsinzwe na Vital’o Fc igitsindo 1-0

– Muzinga Fc itsindwa na Messager Ngozi ibitsindo 2-0

– Bumamuru Fc yatsinzwe na Aigle Noir Cs igitsindo 1-0

– Musongati Fc inganya na Flambeau du Centre igitsindo 1-1

uku niko imigwi igenda isumba sumbana amanota :

1) Olympic Star : 20
2) Aigle Noir : 19
3) Flambeau du Centre : 16
4) Flambeau du Centre : 16
5). Buja City : 15
6) Vital’o Fc : 15
7). Rukinzo Fc : 14
8). Musongati Fc : 14
9) Ba Dynamik : 14
10) Messager Ngozi : 14
11). Kayanza United :13
12) Royal Fc : 12
13) Athletico Academy :12
14) Bumamuru : 11
15) Les Elephants: 9
16) Muzinga Fc : 5