englishNewsgroups-at-messageSportStats

Match: Olympic Star VS Vital’o

Kuruyu wa kabiri igenekerezo 17/11/2020 isaha 15h00min ku kibuga c’Umuco kiri mugisagara ca Muyinga niho umurwi wa Olympic Star wari wakiriye Umurwi wa Vital’O FC , murukino rw’indwi ya 10 ya #PLB2020. Vital’O FC ukaba wirahiye umrwi wa Olympic Star igitsindo 1-0

Abakinyi ba match 

[table id=2 /]

What's your reaction?

Related Posts

1 of 7