5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiAbahamagarira kubandanya bashira mu ngiro umugambi w’igiporisi c’akarorero

Abahamagarira kubandanya bashira mu ngiro umugambi w’igiporisi c’akarorero

Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano busaba abaporisi kubandanya bashira mu ngiro umugambi w’igiporisi c’akarorero, gukorana neza n’abo basanzwe basangiye imirimo cane cane abajejwe intwaro hamwe no  kuvavanura no kwaka igiturire ku boba bagifise iyo ngeso.

Ako ni akamo gaterwa n’Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi hamwe n’umutekano Gervais Ndirakobuca.

Izo mpanuro yaraye azitekereye abaporisi bo mu karere ko mu bumanuko mu kiyago bagiraniye kuri ku mugwa mukuru w’intara ya Makamba.

Uwo mushikiranganji  yabibukije kandi ko umuporisi ata kintu na kimwe afata minenerwe mu bijanye n’umutekano.

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...