5.5 C
New York
Friday, January 22, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | CECAFA U 20: Aba nibo bakinyi berekeye muri...

# Indundi Sports | CECAFA U 20: Aba nibo bakinyi berekeye muri Tanzania

 

 

ku w’Imana igenekerezo rya 22 Munyonyo 2022 niho abakinyi b’intamba mu rugamba y’abatarenza imyaka 20 berekeje i Harusha mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero yo kwitabira inkino za CECAFA.

Aba akaba aribo bakinyi berekeje muri Tanzania :

1) Halidi Moise
2) Nizigiyimana Pacifique
3) Harerimana Jean Marie
4) Tambwe Baros
5) Hakizimana Alidou
6) Hakizimana Ulimwengu
7) Niyera Japhet
8) Ntunzwenimana Japhet
9) Icoyitungiye Kévin
10) Kaneza Eulade
11) Nshimirimana Ally
12) Irakoze Darcy
13) Irakoze Piclaire
14) Nsengiyumva Elihoud
15) Gatulo Miradji Nzozi
16) Ngabirano Théodore
17) Nibibona Eddy
18) Nshimirimana Jospin
19) Ramadhan Zuberi
20) Nkurunziza Elfred
21) Ineza Abdi
22) Nibaza Joslin

Staff:

1) Uwuserukira FFB
2) Umumenyereza Mukuru : Mupenda Mohsin
3) Icegera ciwe : Habiyakare Gervais
4) Umumenyereza w’abanyegori: Bakevya Antoine
5) Umuganga : Dr Munezero Annick
6) Kinesitherapeute: Rubanganya Jean Paul

 

Must Read

Eddy Kamoso ngo ntaje gupima akarere, agarutse gukora umuziki

0
  Eddy Kamoso ngo yarabonye Imana ikora muri iyi myaka 5 iheze asubiye gukorera I Kigali, iyo ngo niyo mpamvu nyezina yatumye yandika indirimbo “Ndiho”...