5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports| Rallye yungururijwe ku yindi sango ku mvo z’urufpu rw’umunywanyi...

# Indundi Sports| Rallye yungururijwe ku yindi sango ku mvo z’urufpu rw’umunywanyi wayo

 

Komite shingwa bikorwa (Exécutif)ya Club Automobile yo mu Burundi muri Rallye iri n’umubabaro mwishi wo kubamenyesha urupfu  giturumbuka rw’umunywanyi wayo.

Niyonkindi Didier akaba yitavye Imana igenekerezo rya 22 Munyonyo 2020 , mu gihugu ca Nairobi .

Club Automobile yo mu Burundi ya Rallye ikaba yahojeje umuryango w’umuhisi incuti , n’abagenzi b ‘urukino rwo gusiganwa n’imiduga .

Iryo shirahamwe ribamenyesha ko ihiganwa ry’imiduga ryari ritegekanijwe ku magekerezo ya 5-6 kigarama 2020 ryungurujwe kw’igenekerezo rizobamenyeshwa hanyuma.

Indundi Sport ikaba yifadikanije n’ishirahamwe ryo gusiganwa n imiduga ryo mu Burundi ndetse n’umuryango wabuze.

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...