5.5 C
New York
Friday, January 22, 2021
Home Agriculture Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi

Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi

Ubushikiranganji bw’Uburimyi, ubworozi hamwe n’Ibidukikije bumenyesha ko ibikorwa vyagenze neza kubice 98% mu gice ca mbere c’umwaka wa 2020-2021.

Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi ni ibi bikurikira :

-Ifumbire kandi yakanovera yageze kubenegihugu kare. Iryo fumbire rikaba riva mw’ihinguriro ryo ngaha iwacu (FOMI) ringa a n’itoni 31433,42 hamwe n’ishwagara ringana itoni 8804,5.

-Harategekanijwe kandi kuronsa abenegihugu Imbuto zirobanuye kandi zimbuka. Hakaba hashoboye gutangwa amatoni 266,5 y’imbuto z’ibigori hamwe  n’amatoni 38,8 z’imbuto z’umuceri.

Umushikiranganji Deo Guide Rurema amenyesha ko hategekanijwe no gushirwaho ibigo vyo kurwiza umwimbu kumitumba.

Urugero tugezeko rero ngo rurakwiye mu kurwiza umwimbu no kurwanya inzara.

Must Read

Eddy Kamoso ngo ntaje gupima akarere, agarutse gukora umuziki

0
  Eddy Kamoso ngo yarabonye Imana ikora muri iyi myaka 5 iheze asubiye gukorera I Kigali, iyo ngo niyo mpamvu nyezina yatumye yandika indirimbo “Ndiho”...