5.5 C
New York
Wednesday, January 20, 2021
Home Burundi Karusi : Abanyonyeza amahera y’amakoperative Sangwe ngo bagiye guhagurukirwa

Karusi : Abanyonyeza amahera y’amakoperative Sangwe ngo bagiye guhagurukirwa

«Abagirizwa kunyonyeza amahera y’amakoperative Sangwe mu burere bumwe bumwe mu ntara ya Karusi ntawobihanganira kuko bariko basubiza inyuma iterambera ry’abanyagihugu».

Umukuru w’inama nshingamateka aheruka kubishikiriza i Karusi mu ntango y’ino ndwi, inyuma y’aho uwujejwe gukurikirana ibikorwa vy’ayo makoperative muri iyo ntara ashikirije ko zimwe mu ntambamyi ayo makoperative yagize harimwo abihagiye amahera baguranwe na Reta, abandi barayigurana.

Serges Ndayisenga yashikirije ko hari n’amakoperative ataratangura gukora muri zone yose kubera iyo mvo. Amenyesha kandi ko agiye gushikiriza icegeranyo cerekana uko buri koperative yifashe.

Inkomoko : Radio Isanganiro

Must Read

Sat-b ngo nabasabe bateranye nimba ari ikibazo c’amafaranga cabaye

0
  Sat-b ngo ntaco bapfa na Meddy naho abatari bake bavyibajije inyuma y’ukubona indirimbo bakoranye isohotse idafise amasanamu, kandi uwo muririmvyi ari mu bakunzwe I...