5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiMakamba : Ibikorwa bigeze ku rugero rushimishije

Makamba : Ibikorwa bigeze ku rugero rushimishije

Credit picture @Lanova

Ibikorwa vyo kwubaka ikiraro ca Nyabusunzu kiri kw’ibarabara ry’igihugu inomero 11 (RN11) rica Mabanda- Makamba- Rutana- Cankuzo) ngo bigeze ku ntambwe ishimishije.

Bishikirizwa na Emile Ndayisaba, umuyobozi mukuru w’ikigo kijejwe amabarabara. Emile Ndayisaba amenyesha ko hagiye no gukingirwa ibiraro vya Mugombwa, Rukoziri na Buyezi biri kuri iryo barabara ry’icumi na rimwe (RN11).

Uwo muyobozi amenyesha kandi ko ca gice c’ibarabara Nyanza Lac-Mabanda cononekara bita ku Rukonwe ngo naco nyene kigiye gusanurwa.

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...