Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura
«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri uno wa mbere igenekerezo rya 30 Munyonyo 2020 mu nama…