5.5 C
New York
Friday, January 22, 2021
Home football Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye ukuboko kw’abagabo .

Papa Bouba Diop akaba yari umukinyi wo hagati mu mugwi nserukira gihugu wa Senegal ndetse n’imigwi yo mu bwongereza nka Fulham , Portsmouth yaraye aryamiye ukuboko kw’abagabo afise imyaka 42 y’amavuko.

Ishirahamwe ry’umupira kw’isi ryagize ico rishikiriza inyuma y’urupfu rw’uyo munya Senegal, rikaba ryanditse riti : ”warabaye Intwari mu gikombe c’isi uzokwama uri intwari “.

Mwomenya y’uko Bouba Diop yahitanywe n’ingwara yari amaranye ikiringo kitari gito nk’uko twabisomye mu binyamakuru bitandukanye .

 

Must Read

Eddy Kamoso ngo ntaje gupima akarere, agarutse gukora umuziki

0
  Eddy Kamoso ngo yarabonye Imana ikora muri iyi myaka 5 iheze asubiye gukorera I Kigali, iyo ngo niyo mpamvu nyezina yatumye yandika indirimbo “Ndiho”...