5.5 C
New York
Friday, January 22, 2021
Home Burundi Ibanki BIJE ngo igiye gutangura gutanga ingurane ku rwaruka

Ibanki BIJE ngo igiye gutangura gutanga ingurane ku rwaruka

Ibanki y’Urwaruka BIJE (Banque d’Investissement pour les Jeunes) ngo igiye gutangura gutanga ingurane ku rwaruka.

Ni ivyaraye bishikirijwe n’umushikirangaji ajejwe urwaruka, imico n’akaranga i Gitega kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 30 Munyonyo 2020 igihe hariko harasozerwa indwi yahariwe umurisho w’ingoma z’Uburundi.

Umushikiranganji Ezéchiel Nibigira yaboneyeho guhamagarira urwaruka kuja hamwe rugatunganya imigambi. Nayo abajejwe intwaro, Ezechiel Nibigira abasaba gufasha kugira ivyo rukeneye rubironke vyoroshe. Yamenyesheje kandi  ko uburyo Reta yemeye gufashisha urwaruka buriho.

Must Read

Eddy Kamoso ngo ntaje gupima akarere, agarutse gukora umuziki

0
  Eddy Kamoso ngo yarabonye Imana ikora muri iyi myaka 5 iheze asubiye gukorera I Kigali, iyo ngo niyo mpamvu nyezina yatumye yandika indirimbo “Ndiho”...