5.5 C
New York
Friday, January 22, 2021
Home football Abakinyi ba Messager Ngozi bashitse neza i Bujumbura

Abakinyi ba Messager Ngozi bashitse neza i Bujumbura

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, niho umugwi Messager Ngozi washika i Bujumbura uvuye Eswatini gukina urukino rwa CAF Champions league aho banganyije na Young Buffaloes 0-0.

Abakinyi ba Messager Ngozi bakaba bashitse amahoro mbere bakaba baciye berekeza mu gisagara ca Ngozi mu ntumbero yo kwitegurira urukino rwo gusubiriza na Young Buffaloes yo muri Eswatini.

Bikavurwa y’uko abarorerezi bashika ku 200 aribo bazoba bemerewe kurorera urwo rukino ruzoba ku musi w’Imana igenekerezo rya 6 Kigarama 2020, igihe c’isaha icenda 15h00 ku kibuga c’Urukundo.

 

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....