5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeAgricultureAgriculture : Umwimbu urenga itoni 10 niwo wabonetse muri uyu mwaka

Agriculture : Umwimbu urenga itoni 10 niwo wabonetse muri uyu mwaka

Itoni zirenga ibihumbi 10 niwo mwimbu w’icayi wabonetse mu mwaka w’2019 ushira uw’2020.

Bishikirizwa n’uwurongoye ihinguriro ry’icayi OTB aho yabishikirije mu  nama yabereye mw’Ijenda muri komine Mugongomanga intara ya Bujumbura, inama yari yahuje intara zirima icayi hamwe n’abandi baterera muri ico gisata.

Jacques Bigirimana yamenyesheje ko hariho abarimyi batanguye gusubiriza ico giterwa n’ibindi mbumbarugo. Asaba abajejwe intwaro gufasha kugira iyo nyifato ihagarare. Asigura ko ico giterwa kigira kabiri mu vyinjiza amafaranga y’agaciro.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...