5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeBuffaloes Fc uzokina na Messager Ngozi munzira ugana mu Burundi

Buffaloes Fc uzokina na Messager Ngozi munzira ugana mu Burundi

 

Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 03 Kigarama 2020, niho abakinyi na Staff y’umugwi Buffaloes Fc bavuye muri Eswatini berekeza mu gihugu c’Uburundi mu ntumbero yo gukina urukino rwo gusubiriza rwa CAF Champions league ruzoba ku musi w’Imana igenekerezo rya 06 Kigarama 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga c’urukundo kiri mu ntara ya Ngozi Komine mwumba i Buye .

Mu rukino rwo gutangura rwari rwabereye Eswatini iyo migwi yompi yari yanganyije 0-0.

Kazoba akanya keza ka Messager Ngozi kwitwara neza bivanye n’uko bazoba bari ku kibuga cabo basanzwe bamenyereye. Amatwi asumira ngo hoba hemerewe kwinjira abarorerezi bashika ku 200 bivanye n’ukwirinda ikiza ca Covid -19.

Aba nibo bakinyi ba Buffaloes Fc bari mu nzira bagana mu Burundi:

1) Shongwe Nigel (Umuyobozi w’intumwa).
2) Dlamini Jabulane Mlungisi
3) Gwebu Sandile Mlamuli Mfundvo
4) Ndlangamandla Isaac Mbongeni
5) Mnisi Sabelo Sizanenkosi
6) Mtsetfwa Tisuka Ndonda
7) Thwala Thandukukhanya Vusie
8) Masina Nkosilensha Kenneth
9) Mazibuko Celumusa Sifiso
10) Dlamini Banele Sotsha
11) Dlamini Mpendulo
12) Sibandze Sibonelo Mabuya
13) Mdluli Dumsane Casbeth
14) Ngobese Phumlane Peter
15) Gwebu Nhlanhla Bongani
16) Gamedze Sandile
17) Mamba Fanelo
18) Vilakati Michael Maliwa
19) Matsebula Bongwa Owa
20) Matse Ali Dennis
21) Isezerano rya Dlamini Phiwayinkosi
22) Ngwenya Siboniso Sizolwakhe
23) Maphalala Zulu Philip
24) Mabuza Sibusiso Menzi
25) Maseko Wandile Sifiso
26) Mkhonta Lindo Thembinkosi
27) Mamba Siboniso Ntokozo
28) Mkhwanazi Sihlangu Bonginkosi
29) Manana Nhlanhla Wilson

 

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...