5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home Burundi Ngo ntiricemerewe kugurisha ama ‘’unités’’ nk’uko vyahora

Ngo ntiricemerewe kugurisha ama ‘’unités’’ nk’uko vyahora

Ishirahamwe Payway ryahora rifasha mu kugurisha ama “unité” no mu kuriha amafagitire y’amatara n’amazi vy’ishirahamwe Regideso ngo ntirirekuriwe gusubira kuja kurangura ama “unité” muri Regideso kuva itariki ya 5 Kigarama 2020.

Mu kiganiro yahaye  abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, umuyobozi mukuru w’ishirahamwe rijejwe gukwiragiza amazi n’umuyagankuba mu banyagihugu Regideso avuga ko amasezerano bari bafitaniye n’ishirahamwe Payway yarangiye.

Simeon Habonimana amenyesha ko ishirahamwe Regideso ririko rirasubiramwo ingene rikora kugire ryorohereze gusumba abanywanyi. Ngo rigiye gushiraho ibibanza bitandukanye bizofasha abaryitura.

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....