5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeBasketballIntwari na Sisters batahukanye igikombe citiriwe Incungu

Intwari na Sisters batahukanye igikombe citiriwe Incungu

Inyuma yaho amashirahamwe ya Basket na Volley-ball  ateguriye ihiganwa ryitiriwe incungu ,mu mpera z’ino ndwi niho hasozerwa muri Handball mu gisagara ca Bujumbura inkino za nyuma z’ihiganwa ryitiriwe Incungu  (Rwagasore Louis na President Melchior Ndadaye) .

Kuri uyu wa gatandatu niho izo nkino za handball zari zigeze mu gice ca kabiri gishira ica nyuma .

Mu bakenyezi Rumuri yirahiye Galaxie ku manota 36 kuri 17 , Sisters itsinda impaga Ambassadeur.

Mu bagabo Intwari zatsinze Eagles 36 kuri 25 , Brothers ica itsinda SOS bigoranye 30 kuri 27.

Mu nkino za nyuma mu bakenyezi Rumuri yatsinzwe n’umukeba wayo Sisters ku manota 12 kuri 17 , mu rukino rwari rurindiranywe igishika rwahuje Brothers na Intwari yose  yamuka muri zone Ngagara.

Intwari zikaba arizo zatahukanye intsinzi n’igikombe citiriwe incungu inyuma yo gutsinda Brothers 36 kuri 25.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...