5.5 C
New York
Sunday, October 24, 2021
HomeAgricultureUko igiterwa c’ikawa cifashe mw’isozeni y’uyu mwaka w’2020-2021

Uko igiterwa c’ikawa cifashe mw’isozeni y’uyu mwaka w’2020-2021

Hagiye gutegurwa ibipimo vy’ikawa vy’akorero vyegukira Reta ku mahegitari 67 mu ntara za Cankuzo, Mwaro na Ruyigi mu ntumbero yo kugwiza umwimbu.

Umushikiranganji ajejwe uburimyi yabishikirije mu kiganairo yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 8 Munyonyo 2020 i Gitega, ku murwa mukuru wa poritike.

Ivyo abishikirije mu gihe yariko arashikiriza ahageze ibikorwa vy’isizeni y’umwaka w’2020 ushira uw’2021.   

Déo Guide Rurema arashimira urwego ODECA ku ntambwe rugeze ko mu gushira mu ngiro intumbero ya reta yo kunagura igisata c’ikawa.

Nayo ikibazo c’abahoze bakorera ishirahamwe Sogestal ngo Reta iracitayeho mu ntumbero yo gutora umuti urama.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ni igiki coba catumye Ferouz Haruna asubirira...

0
Haciye imisi uwahora ari umumenyereza mukuru wa Flambeau de l’Est Kabera Christian batazira Morinho yirukanwe muri uwo mugwi . Amakuru yashikiriye Indundi Sports ariko ataremezwa...