Diego Maradona ku noti nkuru ya banki y’igihugu ca Argentina
Mu gihe haheze iminsi mike imwe mu ntwari z'umupira w'amaguru Diego Armando Maradona yitavye Imana ku myaka 60 ihitanywe n'ihagarara ry'umutima ryabaye igenekerezo rya 25 munyonyo 2020, iyo ntwari yoba…