5.5 C
New York
Wednesday, January 20, 2021
Home abakinyi bakina hanze #Indundi Sports | Uwutwara FFB yakeje Saidi Ntibazonkiza

#Indundi Sports | Uwutwara FFB yakeje Saidi Ntibazonkiza

 

 

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 15 Kigarama 2020, umugwi Yang Africans wari waramutse utanye mu mitwe na Singida United mu rukino rwa kivandimwe rwarangiye ari ibitsindo 3 vya Yang Africans ku 0 bwa Singida United.

Saidi Ntibazonkiza akaba yatsinze ibitsindo bibiri wenyene, igitsindo ca mbere n’ica kabiri mugihe ica gatatu cinjijwe na Kaseke.

Inyuma y’ivyo bitsindo bibiri Saidi yaraye yinjije, uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB , Honorable Révérien Ndikuriyo yaciye akeza Saidi mu kuvuga aya majamabo akurikira ’’Kijana wa Intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza kuonyesha mchezo mzuri na kufunga Goli 2 kwenye Mechi Singida United Vs Yang Africans Hongera SAIDO.”

Kumbuka mwezi watatu

BURUNDI Vs RCA
MAROC VS BURUNDI

<< Turi kumwe twese bitashoboka >> Gen. Neva

Imana niyo nkuru .

Saidi Ntibazonkiza akaba yaragaragaye ubwa mbere muri urwo rukino yambaye umwambaro wa Yang Africans imbere y’uko akina urukino rwiwe rwa mbere rw’ihiganwa ryo muri Tanzania Voda Premier League ruzoba kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Kigarama 2020.

Must Read

Kigali yasubijwe muri Gumamu rugo ( Lockdown )

0
  Guhera kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 19/1, Kigali yose yasubiye kandi muri Guma mu rugo, intandaro n’ibitigiri bibandanya biba vyinshi vy’abagwaye COVID-19 bibandanya...