5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home Burundi Abatazokwubahiriza ibiciro mw’iyi misi mikuru bagiye kwibonerako

Abatazokwubahiriza ibiciro mw’iyi misi mikuru bagiye kwibonerako

Abagendesha imodoka zunguruza abantu batazokwubahiriza ibiciro muri kino kiringo c’imisi mikuru irangiza umwaka bazocibwa amande angana n’amafaranga ibihumbi amajana abiri vy’amarundi hamwe no guhagarika imodoka gukora mu kiringo c’indwi.

Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe kuri uyu wa 18 Kigarama 2020 mu nama yari yahuje abajejwe intwaro muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura hamwe n’abakorera mw’ishirahamwe ryo gutwara abantu n’ibintu ATRABU.

Muri iyo nama basavye ko imodoka yose yunguruza abantu n’ibintu mu gisagara ca Bujumbura, ibwirizwa kuba ifise igikoresho co gushiramwo imicafu (poubelle) kuva mu ntango z’umwaka wa 2021.

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....