5.5 C
New York
Monday, January 25, 2021
Home Agriculture Agriculture: Kuva ubu ngo ntibazosubira guheranirwa

Agriculture: Kuva ubu ngo ntibazosubira guheranirwa

Abarimyi b’ikawa bo ku mutumba Mubaragaza muri komine Mutumba intara ya Karusi bavuga ko bizeye ko uno mwaka umwimbu w’ikawa uzokwiyongera, narirya bahawe imivyaro mishasha kandi igisata c’ikawa kikaba kiri mu minwe ya Reta.

Babishikirije kuri uyu wa gatanu mu gihe ubushikiranganji bujejwe gukingira ibidukikije, uburimyi hamwe n’ubworozi bwatanguza isekeza ry’ipompa, gufumbira hamwe no gutera imivyaro y’ikawa mu gihugu cose.

Umunyanyabanga ntayegayezwa  w’umushikiranganji yamenyesheje ko ubu abarimyi b’ikawa batazosubira guheranirwa.

Must Read

Platini ngo aronse ah’aca Shaddy Boo Ubwiza bwiwe ntiyobwitesha

0
  Platini yigeze kuba ari muri Dream Boys ngo ntaho yohera yanka kugiriranira imigenderanire y’urukundo na Shadia benshi bazi nka Shaddy Boo. Ivyo akaba aheruka...