5.5 C
New York
Friday, January 22, 2021
Home abakinyi bakina hanze Saidi Ntibazonkiza mu bakinyi 6 bamaze gutsinda igitsindo mu rukino rwabo rwa...

Saidi Ntibazonkiza mu bakinyi 6 bamaze gutsinda igitsindo mu rukino rwabo rwa mbere muri VPL

Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza asanzwe akinira umugwi Yang Africans yashizwe ku rutonde rw’abakinyi 6 b’abanyamahanga bamaze gukina urukino rwabo rwa mbere mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Tanzania VPL ( Vodacom Premier League) bakabatsinda igitsindo.

Abo bakinyi 6 akaba ari aba bakurikira :

1) Bernard Mwalala ( 2008-2009)
2) Boniface Ambani ( 2008-2009)
3) Dinald Ngoma ( 2015-2016)
4) Heritier Makambo ( 2018-2019)
5) Michael Sarpong ( 2020-2021)
6) Saidi Ntibazonkiza ( 2020- 2021)

Saidi Ntibazonkiza kuva aho ashikiye mu mugwi Yang Africans amaze kuyitsinda ibitsindo 3 mu nkino zibiri atanga n’umupira umwe uvyara igitsindo.

 

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....