5.5 C
New York
Tuesday, January 19, 2021
Home abakinyi bakina hanze PLB : Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 15

PLB : Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 15

 

Igice ca mbere c’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus league caraye kirangiye , urukino rwa nyuma rwari ku musi w’ejo 21/12/2020 aho Les elephants yanyagiye Bumamuru ibitsindo 3-1.

Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 15:

– Vital’o Fc yanganije na Aigle Noir 0-0

– Muzinga Fc watsinzwe na Kayanza United igitsindo 1-0

– Buja city watsinze Messager Ngozi ibitsindo 3-2

– Flambeau du Centre yatsinze Bs Dynamik ibitsindo 2-0

– Rukinzo Fc yatsinzwe na Athletico Olymlic ibitsindo 3-1

– Inter Star yatsinze Olympic Star ibitsindo 2-0

– Les Elephats yatsinze Bumamuru Fc ibitsindo 3-1

– Musongati Fc yanganije na Royal Fc 0-0.

Must Read

Umurundi Didier Touya agiye gukinira umugwi wa Mbeya City wo muri...

0
Umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania wamaze kugura umukinyi w‘umusatirizi w’umurundi Dider Touya yigeze gukinira umugwi LLBS4A. Didier Touya akaba agiye...