5.5 C
New York
Sunday, October 24, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeFFB yatowe na AJS nka Féderation y’umwaka yitwaye neza gusumba izindi

FFB yatowe na AJS nka Féderation y’umwaka yitwaye neza gusumba izindi

 

Buri mwaka, ishirahamwe ry’urwaruka AJS, (Assocation des Jeunes Sportifs au Burundi ) ryama ritanga ubushimwe ku bakinyi, abamenyereza, abatwara amashirahamwe y’inkino n’abandi batandukanye bama bitwaye neza gusumba abandi. Muri uno mwaka iryo shirahamwe AJS ryahisemwo gutora FFB nka Féderation yitwaye neza gusumba izindi muri uno mwaka wa 2020 , bivanye n’ingene iryo shirahamwe ryateguye inkino mu gihugu ndetse no hanze .

AJS rikaba ryasavye uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Honorable Réverien Ndikuriyo y’uko ryamuteguriye agashimwe keza umusi azoba yaronse akanya yobibamenyesha kugira bamutegurire birori vyo kumuha ako gashimwe.

AJS rikaba ryarose akaryo ko gushimira ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB .

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ni igiki coba catumye Ferouz Haruna asubirira...

0
Haciye imisi uwahora ari umumenyereza mukuru wa Flambeau de l’Est Kabera Christian batazira Morinho yirukanwe muri uwo mugwi . Amakuru yashikiriye Indundi Sports ariko ataremezwa...