5.5 C
New York
Sunday, October 24, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeUku niko imigwi yatsindanye kundwi igira 7

Uku niko imigwi yatsindanye kundwi igira 7

 

Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryari ryabandanije kundwi yaryo igira 7 isozera igice ca mbere c’ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri Primus league B.

Uku niko imigwi yatsindanye :

– Lumière de Mwumba yanyagiye Agasaka Academy ibitsindo 4-0

– Ngozi City yatsinze LLB S4A ibitsindo 2-0

– Makamba United yatsinzwe na Moso Sugar ibitsindo 2-0

– Top Junior yanganije na New Oil Fc ibitsindo 2-2

– Buhumuza Fc yatsinzwe na Garage Fc ibitsindo 3-0

– Flambeau de l’Est yanganije na Les Jeunes 0-0

– Delta Star yatsinzwe na Les Crocos Fc ibitsindo 2-0

– Telaviv Fc yatsinzwe na Les Lierres ibitsindo 2-1

Uku niko imigwi irushanya amanota mu nkino zindwi igira 7 irangiza igice ca mbere c’ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri:

Groupe A

1) Flambeau de L’est 15
2) Les Crocos 14
3) Les jeunes Athlétique 13
4) LLB S4a 10
5) Telaviv Fc 6
6) Ngozi City 6
7) Les Lierres 6
8) Delta Star 3

Group B

1) Moso Sugar 14
2) New Oil 13
3) Top Junior 13
4) Garage Express 13
5) Lumiere de Mwumba 9
6) Buhumuza 6
7) Agasaka Academy 5
8) Makamba United 3

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ni igiki coba catumye Ferouz Haruna asubirira...

0
Haciye imisi uwahora ari umumenyereza mukuru wa Flambeau de l’Est Kabera Christian batazira Morinho yirukanwe muri uwo mugwi . Amakuru yashikiriye Indundi Sports ariko ataremezwa...