5.5 C
New York
Sunday, October 24, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeKwizera Eric Kirungo ashobora gukinira Namungo Fc

Kwizera Eric Kirungo ashobora gukinira Namungo Fc

Umukinyi w’umurundi akinira Umugwi Olympic Stars Kwizera Eric Kirungo ashobora gukinira Umugwi Namungo Fc wo mu gihugu ca Tanzania nkuko vyashikirijwe na Triple F Agency ( Foot ball Forever Fortitude Agency ) irongowe na Nkurahinja Binheur .

Ku makuru twaronse nyene kwa Nkurahinja Bonheur avuga y’uko Umukinyi Kwizera Eric Kirungo ashobora gukina Urukino rw’igikombe ca Mapinduzi .

Mwomenya y’uko Eric Kirungo mu ntango z’ihiganwa yari yipfuzwa cane n’umugwi Etincelles Fc wo mu gihugu c’Urwanda ndetse na Rayon Sports.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ni igiki coba catumye Ferouz Haruna asubirira...

0
Haciye imisi uwahora ari umumenyereza mukuru wa Flambeau de l’Est Kabera Christian batazira Morinho yirukanwe muri uwo mugwi . Amakuru yashikiriye Indundi Sports ariko ataremezwa...